Log in

goodpods headphones icon

To access all our features

Open the Goodpods app
Close icon
headphones
SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

SBS

Independent news and stories from SBS Audio, connecting you to life in Australia and Kirundi-speaking Australians. - Amakuru yo kwizera hamwe n’inkuru ziguha akaryo ko kumenya ivy’ubuzima muri Australie co kimwe n’umuryango ndundi uba muri Australie.
Share icon

All episodes

Best episodes

Top 10 SBS Kirundi - SBS mu Kirundi Episodes

Goodpods has curated a list of the 10 best SBS Kirundi - SBS mu Kirundi episodes, ranked by the number of listens and likes each episode have garnered from our listeners. If you are listening to SBS Kirundi - SBS mu Kirundi for the first time, there's no better place to start than with one of these standout episodes. If you are a fan of the show, vote for your favorite SBS Kirundi - SBS mu Kirundi episode by adding your comments to the episode page.

SBS Kirundi - SBS mu Kirundi - 'CNARED-GIRITEKA iripfuza gutaha mu Burundi ngo ariko...'
play

08/12/19 • 23 min

Inyuma y'imyaka ine hageragejwe ihirikwa rya reta ya perezida Petero Nkurunziza, ibihugu bihana urubibe nu Burundi vyarakiriye abarundi batari bake bagiyeyo nk'impunzi. Izo mvururu za poritike zikaba zaratumye abatavuga rumwe na reta yu Burundi bahunga igihugu cabo harimwo na bamwe mubipfatanije n'abandi mu gutegura iryo tembagazwa ry'ubutegetsi bakomoka mu mugambwe uri ku ubutegetsi. Ubwo bari mu mahanga barakoze ihuriro ry'imigambwe bise CNARED-GIRITEKA. Haheze imyaka ine, abanywanywi biryo huriro rya CNARED-GIRITEKA baripfuza gutaha mu Burundi kugira bategure amatora ya 2020, ariko barafise vyinshi basaba. Anicet Niyonkuru n'umunyamabanga nshingwabikorwa wa CNARED-GIRITEKA yaganije SBS kirundi

bookmark
plus icon
share episode
SBS Kirundi - SBS mu Kirundi - "We have no choice in this community house"
play

08/17/19 • 11 min

The community housing system does assist many among Australians but again more Australians are feeling less supported by the system. Maintaining their homes is very hard especially whenever there is an issue to fix in their home,  the maintenance is nearly to none, hence have to sort themselves out in some cases.

bookmark
plus icon
share episode
Research by the Australian Institute of Family Studies shows that people in their mid to late 20s are the most likely to divorce followed by couples in their late 40s. And those who get divorced have usually been married nine years or less. - Ubushakashatsi bwakozwe na Institute of Family Studies bwerekana yuko abantu bari mu myaka ya za 20 nibo bari kwisonga mu gutandukana nabo bubakanye hagakurikirwa nabari mu myaka 40. Ubwo bushakashatsi bwerekana yuko abo batandukana baba barubakanye imyaka icenda canke mike.
bookmark
plus icon
share episode
The death toll is rising following the devastating Cyclone Idai, which has so far killed hundreds of people in Mozambique, Zimbabwe and Malawi. - Abantu benshi baraye basize ubuzima igihe igihuhusi bise Idai carengana ibihugu bitatu gihereye muri Mozambique, Zimbabwe na Malawi.
bookmark
plus icon
share episode
More than five million people have been granted Australian citizenship since 1949. What are the steps involved before reaching that stage? - Abantu barenga imiriyoni zitanu nibo bamaze kuronka ubwenegihugu bwa Australia kuva muri 1949. Ni ibihe bintu bisabwa kugira uburonke? Umviriza Frederic Manirakiza, umurundi aba muri Shepparton (Victoria) aheruka kuronka ubwenegihugu atubwire intambwe yaciyemwo.
bookmark
plus icon
share episode
More than one-fifth (21 per cent) of Australians spoke a language other than English at home. So it's important to know that you can access free interpreting and translating services in Australia - Ibice mirongo ibiri na rimwe kw'ijana (21%) vy'abanya Austrariya, bavuga urundi rurimi atari icongereza iyo bari i muhira. Birakenewe cane kumenya yuko ushobora kuronka umusemuzi ku buntu biciye mu ma serivisi atangwa mu gihugu. Mu kiganiro c'uno musi tuyaga na Beltrand Habiyakare, umurundi asanzwe ari n'umusemuzi muri Austrariya. Aratuyagira akamaro ko kurondera umusemuzi mu bisata bitandukanye nko kwa muganga, muri sentare canke mu mashure.
bookmark
plus icon
share episode
Iyo abantu batanguye ubuzima bushasha muri Australia usanga bahura n'intambamyi nyinshi, ariko hariho kandi nyinshi mu ngorane bahura nazo usanga bafisemo uruhara. Menya zimwe mur'izo.
bookmark
plus icon
share episode
SBS Kirundi - SBS mu Kirundi - Ubushuhe hamwe n'ukwononekara kw'impu mu ci muri Australia.
play

12/17/20 • 12 min

Australia yagize ubushuhe burenze muri Munyonyo. Mu gihe La niña yiteze kuzana ibihe vy'akavura muri rino ci, ibiro bijejwe kugenzura ikirere bitegekanya yuko ubushuhe bushobora kugumaho ikiringo kirekire. Abahinga bagabisha abantu kutabusya bwose haba mu gihe bari imbere mu nzu canke hanze mu ntumbero yo kwirinda izuba hamwe n'ubushe buterwa n'ubushuhe.
bookmark
plus icon
share episode
SBS Kirundi - SBS mu Kirundi - Urupfu rwa Dr. John Pombe Magufuli ruvuze iki mu ba Tanzania
play

03/19/21 • 9 min

Urupfu rw'uwahoze arongoye Tanzania Dr. John Pombe magufuli rwatunguye benshi, rusiga amarira mubakunzi. Magufuli yumvikanye kenshi adaha agaciro ikiza COVID-19, yishwe n'indwara yari amaranye igihe, nkuko vyashikirijwe n'icegera c'umukuru w'igihugu.
bookmark
plus icon
share episode
SBS Kirundi - SBS mu Kirundi - Abanyarwanda bo muri Queensland babanye gute?
play

03/27/20 • 14 min

"Twaciye mu nzira zitandukanye kugira dushike hano muri Australia, rero akenshi usanga hariho bimwe tutumvikanako, kuko turacafise ibikomere hamwe n'ibindi. Ivyo kandi bikabangamira ubumwe n'ukunywana kwacu. Ariko turagerageza kubirengera", ivyo vyashikirijwe n'uwurongoye abanyarwanda muri Queensland Amiel NUBAHA. Ni mukiganiro SBS Kirundi yakoranye n'abarongoye abandi muri Queensland.
bookmark
plus icon
share episode

Show more best episodes

Toggle view more icon

FAQ

How many episodes does SBS Kirundi - SBS mu Kirundi have?

SBS Kirundi - SBS mu Kirundi currently has 805 episodes available.

What topics does SBS Kirundi - SBS mu Kirundi cover?

The podcast is about News, Immigration, Society & Culture, Daily News, Lifestyle, Housing, Sbs, Podcasts, Sport and Education.

What is the most popular episode on SBS Kirundi - SBS mu Kirundi?

The episode title 'Australia: Abatwa bagize ico basaba umushikiranganji Nsabushimike Imelde' is the most popular.

What is the average episode length on SBS Kirundi - SBS mu Kirundi?

The average episode length on SBS Kirundi - SBS mu Kirundi is 12 minutes.

When was the first episode of SBS Kirundi - SBS mu Kirundi?

The first episode of SBS Kirundi - SBS mu Kirundi was released on May 24, 2018.

Show more FAQ

Toggle view more icon

Comments