Log in

goodpods headphones icon

To access all our features

Open the Goodpods app
Close icon
SBS Kirundi - SBS mu Kirundi - Abanyarwanda bo muri Queensland babanye gute?

Abanyarwanda bo muri Queensland babanye gute?

03/27/20 • 14 min

SBS Kirundi - SBS mu Kirundi
"Twaciye mu nzira zitandukanye kugira dushike hano muri Australia, rero akenshi usanga hariho bimwe tutumvikanako, kuko turacafise ibikomere hamwe n'ibindi. Ivyo kandi bikabangamira ubumwe n'ukunywana kwacu. Ariko turagerageza kubirengera", ivyo vyashikirijwe n'uwurongoye abanyarwanda muri Queensland Amiel NUBAHA. Ni mukiganiro SBS Kirundi yakoranye n'abarongoye abandi muri Queensland.
plus icon
bookmark

Previous Episode

undefined - "Reta ntiyatomoye neza ingingo yo kurungika abana kwishuri", twakoze uko tuvyumva

"Reta ntiyatomoye neza ingingo yo kurungika abana kwishuri", twakoze uko tuvyumva

Mu ntumbero yo kurwanya COVID-19 reta ya Australia yari yasavye abavyeyi kurekura abana ngo ba bandanye baja kw'ishuri, ariko abo bavyeyi ntibakiriye kumwe iyo ngingo y'umushikiranganji wa mbere. Umviririza ingingo zitandukanye abavyeyi bafashe ku bijanye no kurungika abana kwishuri. SBS Kirundi yavuganye n'abavyeyi batandukanye nabo bakaba bafashe ingingo zitandukanye.

Next Episode

undefined - Maze imisi icenda niyugaranye mu cumba kubera Coronavirus

Maze imisi icenda niyugaranye mu cumba kubera Coronavirus

"Ninjiye muri Australia hama nemerera ubutegetsi yuko nzoja ukwajenyene mu kiringo c'imisi 14, none maze imisi icenda. Nta mwana wanje anyegera canke umufasha wanje. Nguma mu cumba niyugaranye." Aupulent Nyamucunda aratubwira uko bisa mu gihe wiyugaranye wenyene uri mu muryango.

Episode Comments

Generate a badge

Get a badge for your website that links back to this episode

Select type & size
Open dropdown icon
share badge image

<a href="https://goodpods.com/podcasts/sbs-kirundi-sbs-mu-kirundi-100953/abanyarwanda-bo-muri-queensland-babanye-gute-5319546"> <img src="https://storage.googleapis.com/goodpods-images-bucket/badges/generic-badge-1.svg" alt="listen to abanyarwanda bo muri queensland babanye gute? on goodpods" style="width: 225px" /> </a>

Copy