Log in

goodpods headphones icon

To access all our features

Open the Goodpods app
Close icon
SBS Kirundi - SBS mu Kirundi - "Benshi bakunda kwicishiriza mu nzira za hafi, ariko mu nyuma bikabagirako ingaruka."
plus icon
bookmark

"Benshi bakunda kwicishiriza mu nzira za hafi, ariko mu nyuma bikabagirako ingaruka."

12/15/20 • 13 min

SBS Kirundi - SBS mu Kirundi
Iyo abantu batanguye ubuzima bushasha muri Australia usanga bahura n'intambamyi nyinshi, ariko hariho kandi nyinshi mu ngorane bahura nazo usanga bafisemo uruhara. Menya zimwe mur'izo.
plus icon
bookmark
Iyo abantu batanguye ubuzima bushasha muri Australia usanga bahura n'intambamyi nyinshi, ariko hariho kandi nyinshi mu ngorane bahura nazo usanga bafisemo uruhara. Menya zimwe mur'izo.

Previous Episode

undefined - Kirundi: The Uluru Statement from the Heart

Kirundi: The Uluru Statement from the Heart

Muri Rusama, umwaka w’2017 umurwi w’abaserukira abandi mu basangwabutaka bazwi nk’aba Aboriginal And Torres Strait Islanders niho washoboye guhura ubwa mbere mu nama yahuje ibihugu ku masezerano y’ibwirizwanshingoro hafi y’umusozi Uluru hamwe n’ukwemeza ijambo ryavugiwe ahazwi nko k’umutima wuwo musozi. Iryo jambo rikaba risaba impinduka mw’ibwirizwashingiro rya Australia, ko iryo bwirizwashingiro rikwiye kwemeza ibihugu vy’aho hambere, gutyo bigashingira k’ukuri, ubutungane hamwe n’ukwiyemeza.

Next Episode

undefined - "Ng'uku uko ushobora kuronka amafaranga menshi uyu mwaka."

"Ng'uku uko ushobora kuronka amafaranga menshi uyu mwaka."

Dr. Ndayisaba Gilbert, umwigisha muri kaminuza yo muri Melbourne akaba n'umuhinga muvy'ubutunzi arerekana amahirwe abantu bafise mu kwironkera amafaranga menshi muruno mwaka w'ubutunzi. Izo nsiguro zishingiye ku mafaranga reta izokoresha uyu mwaka wa 2020/2021.

Episode Comments

Generate a badge

Get a badge for your website that links back to this episode

Select type & size
Open dropdown icon
share badge image

<a href="https://goodpods.com/podcasts/sbs-kirundi-sbs-mu-kirundi-100953/benshi-bakunda-kwicishiriza-mu-nzira-za-hafi-ariko-mu-nyuma-bikabagira-10216931"> <img src="https://storage.googleapis.com/goodpods-images-bucket/badges/generic-badge-1.svg" alt="listen to "benshi bakunda kwicishiriza mu nzira za hafi, ariko mu nyuma bikabagirako ingaruka." on goodpods" style="width: 225px" /> </a>

Copy