Log in

goodpods headphones icon

To access all our features

Open the Goodpods app
Close icon
SBS Kirundi - SBS mu Kirundi - Urupfu rwa Dr. John Pombe Magufuli ruvuze iki mu ba Tanzania

Urupfu rwa Dr. John Pombe Magufuli ruvuze iki mu ba Tanzania

03/19/21 • 9 min

SBS Kirundi - SBS mu Kirundi
Urupfu rw'uwahoze arongoye Tanzania Dr. John Pombe magufuli rwatunguye benshi, rusiga amarira mubakunzi. Magufuli yumvikanye kenshi adaha agaciro ikiza COVID-19, yishwe n'indwara yari amaranye igihe, nkuko vyashikirijwe n'icegera c'umukuru w'igihugu.
plus icon
bookmark
Urupfu rw'uwahoze arongoye Tanzania Dr. John Pombe magufuli rwatunguye benshi, rusiga amarira mubakunzi. Magufuli yumvikanye kenshi adaha agaciro ikiza COVID-19, yishwe n'indwara yari amaranye igihe, nkuko vyashikirijwe n'icegera c'umukuru w'igihugu.

Previous Episode

undefined - Australia: Mbe bamwe mu barundi bavuga iki ku rucanco rwa COVID-19?

Australia: Mbe bamwe mu barundi bavuga iki ku rucanco rwa COVID-19?

Reta ya Australia yashize ahabona urutonde rw'ingene abanyagihugu bazokwicandagisha, kandi ku ubuntu. Ariko bamwe mu barundi baba mur'ico gihugu bafise ukundi babibona.

Next Episode

undefined - Kwibagira yoba ari indwara ifata abanya Afrika

Kwibagira yoba ari indwara ifata abanya Afrika

Australia yiyemeje gufasha abantu biciye mu mashirahamwe afasha abagendana uburwayi bwo kwibagira mu ntumbero yo gushigikira abageze muzabukuru muri bino bihe vya COVID-19.

Episode Comments

Generate a badge

Get a badge for your website that links back to this episode

Select type & size
Open dropdown icon
share badge image

<a href="https://goodpods.com/podcasts/sbs-kirundi-sbs-mu-kirundi-100953/urupfu-rwa-dr-john-pombe-magufuli-ruvuze-iki-mu-ba-tanzania-12504912"> <img src="https://storage.googleapis.com/goodpods-images-bucket/badges/generic-badge-1.svg" alt="listen to urupfu rwa dr. john pombe magufuli ruvuze iki mu ba tanzania on goodpods" style="width: 225px" /> </a>

Copy